NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

Kayondi

/ #122

2013-12-02 21:58

Abo bantu baguma bazana ivya72,ngira ndababaze,none ko muri ku ntwaro muriko mukora iki kugira tumenye ivyagiye biraba mu gihugu,none ni abatutsi baba bujije gushiraho vérité et réconciliation ,muriko mukora iki kugira tumenye abishe ndadaye,bamureka gutwagwa n,amacakubiri,soyez réaliste,canke mwibaza abariko bandika kuri iyi site ari abatutsi gusa,abahutu bariko barapfa mu uburundi n,abatutsi bariko barabica,reka kuba muvuga amuhe,nimuve ibuzimu muje ibuntu,igihugu gitwawe nabi nimuvyemere,ubu ntamututsi ariko arabomora nimwe muriko muriyomora